Ibigezweho kuri COVID-19: Queensland ku ntego yo gushitsa 80 kw’ijana, mu gihe ingendo zo muri Koreya y'Epfo n'Ubuyapani ziri mu mwihwezo

Aha uhamenyera ibigezweho kuri coronavirus muri Australia kw’itariki 10 Munyonyo 2021

The Brisbane skyline is seen at sunset from the suburb of Balmoral in Brisbane.

The Brisbane skyline is seen at sunset from the suburb of Balmoral in Brisbane. Source: AAP

  • Uwurongoye intara ya Queensland Annastacia Palaszczuk yavuze yuko iyo ntara izshikana 80 kw’ijana vy’abicandangishije ku musi w’ejo, mu gihe umudandaza  Clive Palmer ategura kwitwarira reta y’iyo ntara ku mugambi wayo ifise wo kubuza abatikingije kwinjira mu bibanza bimwe bimwe.
  • Reta ya Australia irateganya kwemerera abafata ingendo zija muri Koreya y’Epfo hamwe n’Ubuyapani kutishira mu kato. Umushikiranganji wa mbere Scott Morrison yavuze yuko ivyo bihugu vyompi biriko birakorana qinyuma yaho ubwumvikane nk’ubwo bushizweho hagati ya Australia na Singapore.
  • Muri Victoria ibice birenga 84 kw’ijana vy’abafise imyaka 12 ku duga baramaze ni buri buri gufata urucanco rwa mbere. Amabwirizwa ngenderwako nka yose ashobora kuzokurwaho ku bamaze gufata izo ncaco zose mu gihe iyo ntara izoba ishikanye 90 kw’ijana vy’abikingije incanco zose.
Ibitigiri kuri COVID-19

Victoria yagize abantu 1,003 banduye, mu gihe 14 bitavye Imana.

NSW yagize 216 banduye, abanda batatu bitama Imana.

Queensland yagize abashika 3 banduye, hama 9 muri ACT.
Kuja mu kato, ingendo, ibibanza vyo gusuzumiramo hamwe n’agahembo ku basinzikajwe n’ikiza

Kwishira mu kato hamwe n’ibisabwa mu kwisuzumisha bikorwa mbere bigashimangirwa na reta z’intara hamwe n’ibisagara:

NSW  na 
VIC  na 
ACT  na 
NT  na 
QLD  na 
SA  na 
TAS  na 
WA and 

Mu gihe wipfuza gufata ingendo zo hakurya y’amazi, urashobora kubisaba uciye k’ubuhinga ngurukana bumenyi mu gihe wipfuza uburenganzira bwihariye. Fyonda ngaha  ukaba wipfuza kuva muri Australia, hariho amakuru menshi ushobora kurondera. Hariho ingingo z’agateganyo zerekeye indege zija hakurya y’amazi zama zasubiwemo na reta mbere zigashirwa ku gihe ngaha kugisengebumenyi .





Rondera ngaha ivyo gufasha kandi bisiguwe mu rurimi ukoresha vyashizweho ahabona n’igisata kijejwe serivisi z’itumatumanako mw’ishirahamwe NSW Multicultural Health:

.



Ibibanza vyo kwisuzumisha muri buri ntara n’ibisagara:

 
 
 
 
 
 

 



Amakuru ajanye n’agahembo ku basinzikanjwe n’ikiza muri buri ntara n’igisagara:

 
 
 
 
 
 



Share
Published 10 November 2021 8:36pm
Presented by Jean-Paul Amedee Nizigama


Share this with family and friends


Follow SBS Kirundi

Download our apps
SBS Audio
SBS On Demand

Listen to our podcasts
Independent news and stories connecting you to life in Australia and Kirundi-speaking Australians.
Ease into the English language and Australian culture. We make learning English convenient, fun and practical.
Get the latest with our exclusive in-language podcasts on your favourite podcast apps.

Watch on SBS
SBS World News

SBS World News

Take a global view with Australia's most comprehensive world news service