Australia: Agashimwe Queensland Day Award ko mur'uno mwaka kahawe umurundikazi

Umushingamateka Cameron Dick MP ashikiriza Therese Miburo agashimwe kazwi nka Queensland Day Award 2021 mu ntara ya Queensland. Source: Cameron Dick MP/ facebook
Umushingamateka akaba n'umunyabigega w'intara ya Queensland muri Australia yashikirije umurundikazi Therese Miburo agashimwe gahabwa umunyagihugu yafashije cane kurusha abandi mu kibano.
Share