Kumenyesha amabi akorerwa mu ngo ni bimwe mubizana inyishu

Abantu bicaye bariko barumviriza umwe mubariko barashira ahabona ivyavuye mu bushakashatsi bwakozwe ku mabi abera mu ngo. Source: JP Amedee N.
Gutahura amabi akorerwa mu ngo no kumenya icokorwa ni kimwe muvyofasha kugabanya amabi akorwa mu ngo. Umviriza uko bamwe mu bitabiriye ishirwa ahabona ry'ubushakashatsi bwakozwe n'ibigo bibiri.
Share