Kwibagira yoba ari indwara ifata abanya Afrika

Umutama yambaye agafukamunwa. Source: unsplash
Australia yiyemeje gufasha abantu biciye mu mashirahamwe afasha abagendana uburwayi bwo kwibagira mu ntumbero yo gushigikira abageze muzabukuru muri bino bihe vya COVID-19.
Share